URWENYA

Urwenya rwoherejwe na Ntiyibagira Jaguar:

X

Imboro,amavya, nigituba bitora iswa

Tue, 02 Jun 2015 21:31:07 +0200

Imboro nigituba namavya vyagiye gutora iswa, hanyuma igituba kubera ko gifise umumwa munini kirazirya kizimara ningoga.imboro kubera ko ifise akanwa gato izirya yitonze.amavya nayo kubera ko atanumunwa afise ntiyarya nadukeya. nuko igituba gisaba amavya ngo agiheko aracima.imboro iremera birasangira,igituba gica cemera imboro ko imisi yose imvura izorwa ko imboro izohora yugama mugituba amavya asigare hanze.nico gituma nuno musi imboro yinjiye mugituba amavya asigara hanze vyatewe nubuhimbiri bwayo.

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 11



Umubare






Kanyota mwenye:
Ruhengeri boy:
Uwiregura kubapolisi:
Ikorari y'aba...:
Siri la tere (Minani Rwema):
Yeeee:
Interview ya Petero:
Egyptienne (Rihanna rwandeze):