URWENYA

Urwenya rwoherejwe na abraham sikobizohora:

Irinde

Fri, 22 Apr 2016 00:20:50 +0200

umusore umwe yakundanye nu mukobwa mwiza vyakarorero hama wa musore amaze imyaka ibiri bakundana n'awamukowa yigir'inima yo kumutera inda kugira ntahagire uwundi azomumutwara kuko yabona bazohava bamumutwara akaba ahomvye niho yamubwira ati uraza kunsura muhira nawe ati ntakibazo cherie nzoza munyuma baca bahura n'uwundi afise amahera kurusha uwambere niho yamubazo ko afis'uwobakundana nawe at'oya umuhungu ati jewe nashaka uwodukundana uwundi nawe ati ntakibazo wamusore amubwira ko yanka umuntu amuhenda wamukobwa ko atawundi afise hama isango igeze aragenda kuramutsa wamugenzi wiwe wambere agenda yitwaje akabugita ngo ace amwica uwambere ntabimenye ashitse baricara muri chambre kugitanda umuhungu atangura kumukaresa no kumukora kumabere umukobwa amubwira ko ivyopfuza vyose abimuha umuhungu yumva ibyishimo ari byishi niho wamukobwa yac'akura imyenda ye yohejuru acabwira umuhungu aryame kandi asinzere nawe araryama afata kakabigita akata imboro ye.

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 5


Umubare