URWENYA

Urwenya rwoherejwe na Eddy:

X

Imbangamatwi

Wed, 05 Apr 2017 06:40:10 +0200

Hari umwana yitwa gakosi yari umuyabaga w-imyaka 8 yari yiryamana ariko atarikure y'abavyeyi. umunsi umwe,abavyeyi biwe bagira ngo umwana yamaze gusinzira baca baja muvyabo umwana naw amatwi araneze arihorera vyabaye kera umwana ati: papa vyuka twugaranye imbwa none iriko inywa yamazi ari munkono.

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 4



Umubare






Kanyota mwenye:
Ruhengeri boy:
Uwiregura kubapolisi:
Ikorari y'aba...:
Siri la tere (Minani Rwema):
Yeeee:
Interview ya Petero:
Egyptienne (Rihanna rwandeze):