URWENYA

Urwenya rwoherejwe na Ralph Karundi:

X

Umutwa

Wed, 26 Oct 2011 16:26:26 +0200

Umutwa yaciye ahantu bariko barakaraba bavuye guhamaba umuntu yapfuye
harya bicaye bagire batangure kunywa, nyenurugo abona wamutwa aramukankamira ati va hejuru yabantu sohoka uraza kugaruka barabgije
wamutwa aragenda yidoga yibaza ko bamuhoye ubutwa bwiwe
acayidoga avugati: sha reka ngenda nasize umugore nabana babiri barembye haraho notombora hagapfamwo umwe nanje noca ndamwihora

Rwereke inshuti zawe:

Twitter Facebook Google Plus Linkedin
whatsapp



Uru rwenya rufite amanota 2



Umubare






Kanyota mwenye:
Ruhengeri boy:
Uwiregura kubapolisi:
Ikorari y'aba...:
Siri la tere (Minani Rwema):
Yeeee:
Interview ya Petero:
Egyptienne (Rihanna rwandeze):